CineAmnios y capas germinales |
Compre ahoraDe La biología del desarrollo prenatal |
Guión: Mugihe c'iyinga 1, utuburungu tw'imbere mu kabumbe kanini dukora kuri tugenzi twatwo tubiri twiswe imirongo y'imbere no hasi n'igaragara hanze. Hypoblast niyo ituma umuhondo w'igi ukura ariwo ufite uburyo umuvyeyi agaburiramo aho umwana atangurira. Utuburungu tuva kuri epiblast dukora icitwa amnion (urukoko rukomeye) arimo isoro na kera hazoza igi rizokura kugeza kuvyara. Mugihe hafi c'amayinga 21/2 epiblast iba yarabaye impuzu 3 zidasanzwe, cangwa nk'imbuto ifise uruhumbu, yiswe uruhu rw'inyuma, uruhu rw'imbere, n'uruhu rw'imbere cane. Uruhu rw'inyuma nirwo rutuma vyose bikura harimo n'ubwonko, urura rw'izinze, ubuzima, uruhu, inzara, n'umushatsi. Uruhu rw'imbere nirwo rutanga uburyo bwo guhumeka n'uburyo bwo gusya ibiryo, nirwo rutuma ibihimba vyinshi vy'umubiri nk'umwijima ndetse n'urwagasha bikura. Uruhu rw'imbere cane rugize umutima, imfyiko, amagufwa, ingingo inyama z'umubiri, utuburungu tw'amaraso n'ibindi bihimba by'umubiri. |
Todas las edades en referencia a la fecundación, no al último período menstrual.
|
< Anterior | Ver fotos instantáneas | Siguiente > |