Skip Navigation

Cine

Capas germinales y formación de órganos


 

14 días

Compre ahoraDe La biología del desarrollo prenatal

Guión: Mugihe hafi c'amayinga 21/2 epiblast iba yarabaye impuzu 3 zidasanzwe, cangwa nk'imbuto ifise uruhumbu, yiswe uruhu rw'inyuma, uruhu rw'imbere, n'uruhu rw'imbere cane.

Uruhu rw'inyuma nirwo rutuma vyose bikura harimo n'ubwonko, urura rw'izinze, ubuzima, uruhu, inzara, n'umushatsi.

Uruhu rw'imbere nirwo rutanga uburyo bwo guhumeka n'uburyo bwo gusya ibiryo, nirwo rutuma ibihimba vyinshi vy'umubiri nk'umwijima ndetse n'urwagasha bikura.

Uruhu rw'imbere cane rugize umutima, imfyiko, amagufwa, ingingo inyama z'umubiri, utuburungu tw'amaraso n'ibindi bihimba by'umubiri.

Todas las edades en referencia a la fecundación, no al último período menstrual.
 <  Anterior       Siguiente  > 
Desarrollo humano
Desarrollo humano
Corazón y sistema circulatorio
Corazón y sistema circulatorio
El plegamiento del embrión
El plegamiento del embrión
El plegamiento del embrión
El plegamiento del embrión
Desarrollo del corazón
Desarrollo del corazón
El embrión y el saco vitelino
El embrión y el saco vitelino
Previous Set Previous Picture Next Set Next Picture