Skip Navigation

National Geographic Society Este programa se distribuye en los Estados Unidos y Canadá por National Geographic y EHD. [obtenga más información]

DVD ilustrado plurilingüe

La biología del desarrollo prenatal




IBINYABUZIMA BIJANA NO GUTWITA

.Kirundi [Kirundi (Rundi)]


 

Descargar versión en formato PDF  ¿Qué es PDF?
 

Capítulo 40   3 a 4 meses (12 a 16 semanas): papilas gustativas, movimientos mandibulares, reflejo perioral, primeros movimientos

Hagati y' amayinga 11 na 12, igi ryongera ibiro hafi 60%.

Amayinga 12 haba harangiye kimwe c'agatatu kibanza, cangwa amezi 3 yo gutwita.

Mu munwa haza icumva uburyohe n'ububihe.
Igihe co kuvuka iyo kumva uburyohe n'ububihe bigumaho gusa ku rurimi no kurusenge rw'umunwa.

Amara atangura kujegajega nyuma y' amayinga 12 gusa agakomeza gutyo igihe c' amayinga 6.

Umubiri utangura kuva mu igi n'urura rugari rw'uruyoya arico citwa umwanda. Uba igizwe n'ivyo uruyoya rwariye rukiri munda, za proteine n'utuburungu tw'amaraso tuba twarapfuye bikorwa n'inda.

Mugihe c' amayinga 12, igihimba co hejuru kiba hafi carageze uko kizoreha. Ibihimba vyo hasi bifata igihe kugira ngo bigere uko bizoreha.

Uretse gusa umugongo no kugahanga, umubiri wose w'uruyoya ushobora kumva iyo ukozweko.

Itandukaniro ry'imikurire y'igitsina n'ibijana naco nibwo bigaragara ubwa mbere. Urugero, utuyoya gore tujegajeza imisaya kenshi kurusha utuyoya gabo.

Kubera nkuko twabibonye kare, ibituma umunwa uryoherwa vyerekana impamvu zishira gufungura umunwa. Ivyo vyitwa "ugushaka inzira" kandi birakomeza na nyuma yo kuvuka, bifasha uruyoya rwavutse kumenya imoko za nyina igihe co konka.

Isura ikomeza gukura uko urukoko rw'amavuta rugenda rushongera mu ruhu n'amenyo atangura kumera.

Mugihe c' amayinga 15, nibwo utuburungu tuvyara amaraso tuza, tukizingira mu igufwa ritarakomera. Utuburungu dukora amaraso tuzoboneka aha.

Nubwo igi ry'umwana ritangura gutera nk'igicuro mu m'amayinga 6, ariko umugore utwite atangura kumva inda itera ubwambere hagati y' amayinga 14 na 18. Ubusanzwe ico gihe citwa ico hagati mu gutwita.